Intangamarara y'igisata
- Ukoresheje iterefone smartphone n’ikarata simu ya Lumitel, ushobora kuraba amareresi bita Filme, tereviziyo ikibiriraho, imiziki, ama video, umupira w'amaguru.
- Ca kuri http://lumiteltv.bi  canke utore application uciye kuri App store canke Google play
- Shiramwo WIFI canke connexion kugira mukoreshe Lumitel TV (Lumitel ibarekurira gukoresha iki gisata ku buntu ata ma mega mukoresheje gushika italiki 31/5/2019).

Ingene umunywanyi arihishwa mu gukoresha igisata Lumitel TV: Kuva 06/2019
- Ushobora gukoresha iki gisata ku munsi/ku ndwi/ku kwezi bivanye nivyo umunywanyi uhisemwo
- Umunywanyi arasabwa kwemeza ivyo ashaka gushiramwo mu ntambwe 2 (Umunywanyi ahamagarigwa gufyonda kuri EGO aciye muri WAP canke Application)
- Umunywanyi ahejeje guhitamwo ivyo ashaka, araheza akarihishwa bivanye n'imitekero yahisemwo kandi ntivyisubiriza. Umunywanyi abwirizwa gushiramwo kandi umutekero kugira abandanye akoresha igisata.